1 Abami 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Salomo yunga na Farawo umwami wa Misiri ubucuti bw’ukwabirana+, atora umukobwa wa Farawo+, amujana mu Gisagara ca Dawidi+, gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ be n’uruhome rwa Yeruzalemu, irya n’ino+.
3 Nuko Salomo yunga na Farawo umwami wa Misiri ubucuti bw’ukwabirana+, atora umukobwa wa Farawo+, amujana mu Gisagara ca Dawidi+, gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ be n’uruhome rwa Yeruzalemu, irya n’ino+.