ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko azokevya umuhungu wawe akamubuza kunkurikira, kandi ntibazobura gukorera izindi mana+. Ishavu rya Yehova na ryo rizobarurumbira koko, kandi ntazobura kukuzimanganya ningoga+.

  • 1 Abami 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nayo ku bijanye n’inzu yiwe yari kubamwo, muri ca kigo kindi+, yari hirya y’inzu yegukira Ibaraza*. Yari imeze nka ryo mu kuntu yari yubatswe. Kandi Salomo atangura kwubakira inzu umukobwa wa Farawo+ yari yaratwaye, iyo nzu ikaba yari imeze nk’iryo Baraza.

  • 1 Abami 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ariko umukobwa wa Farawo+ araduga avuye mu Gisagara ca Dawidi+, aja ku nzu yiwe Salomo yari yaramwubakiye. Ico gihe ni ho Salomo yubaka Ikidunduri+.

  • 1 Abami 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Umwami Salomo akunda abagore benshi b’abanyamahangakazi+ hampande y’umukobwa wa Farawo+: Abanyamowabukazi+, Abamonikazi+, Abanyedomukazi+, Abanyasidonikazi+, n’Abahetikazi+,

  • Ezira 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Amaherezo Ezira umuherezi arahaguruka, ababwira ati: “Mwebwe mwarahemutse kubera mwabiriye abagore b’abanyamahangakazi+ kugira mwongereze icaha ca Isirayeli+.

  • Nehemiya 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mbega si akamaramaza kubona mukora ico kibi gikomeye cose mugahemukira Imana yacu mu kwabira abagore b’abanyamahangakazi+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika