ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko Salomo yunga na Farawo umwami wa Misiri ubucuti bw’ukwabirana+, atora umukobwa wa Farawo+, amujana mu Gisagara ca Dawidi+, gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ be n’uruhome rwa Yeruzalemu, irya n’ino+.

  • 1 Abami 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nayo ku bijanye n’inzu yiwe yari kubamwo, muri ca kigo kindi+, yari hirya y’inzu yegukira Ibaraza*. Yari imeze nka ryo mu kuntu yari yubatswe. Kandi Salomo atangura kwubakira inzu umukobwa wa Farawo+ yari yaratwaye, iyo nzu ikaba yari imeze nk’iryo Baraza.

  • 2 Ngoma 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi umukobwa wa Farawo+, Salomo amukura mu Gisagara ca Dawidi+ amudugana ku nzu yari yaramwubakiye+, kuko yavuze ati: “Naho ari umugore wanje, ntakwiye kuba mu nzu ya Dawidi umwami wa Isirayeli, kuko ibibanza isandugu ya Yehova yashitsemwo ari ikintu ceranda+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika