ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko Salomo yunga na Farawo umwami wa Misiri ubucuti bw’ukwabirana+, atora umukobwa wa Farawo+, amujana mu Gisagara ca Dawidi+, gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ be n’uruhome rwa Yeruzalemu, irya n’ino+.

  • 1 Abami 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ariko umukobwa wa Farawo+ araduga avuye mu Gisagara ca Dawidi+, aja ku nzu yiwe Salomo yari yaramwubakiye. Ico gihe ni ho Salomo yubaka Ikidunduri+.

  • 2 Ngoma 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi umukobwa wa Farawo+, Salomo amukura mu Gisagara ca Dawidi+ amudugana ku nzu yari yaramwubakiye+, kuko yavuze ati: “Naho ari umugore wanje, ntakwiye kuba mu nzu ya Dawidi umwami wa Isirayeli, kuko ibibanza isandugu ya Yehova yashitsemwo ari ikintu ceranda+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika