Itanguriro 41:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Na we yaguma yegeranya ivyo kurya vyose vy’iyo myaka indwi yaje ku gihugu ca Misiri, agashira nya vyo kurya mu bisagara+. Ivyo kurya vyo mu ndimiro yari hirya no hino y’igisagara yabishira hagati muri co+. Kuvayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.
48 Na we yaguma yegeranya ivyo kurya vyose vy’iyo myaka indwi yaje ku gihugu ca Misiri, agashira nya vyo kurya mu bisagara+. Ivyo kurya vyo mu ndimiro yari hirya no hino y’igisagara yabishira hagati muri co+.
11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.