1 Abami 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa Buli, ni ukuvuga ukwezi kw’umunani, nya nzu irarangizwa+ ku bijanye n’utuntu twayo twose be n’umugero wayo+ wose; ku buryo yamaze imyaka indwi ayubaka. 2 Ngoma 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko igikorwa ca Salomo cose kiratungana+, kuva umusi wo gushinga umushinge w’inzu ya Yehova gushika iheze+. Gutyo inzu ya Yehova irarangira+.
38 mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa Buli, ni ukuvuga ukwezi kw’umunani, nya nzu irarangizwa+ ku bijanye n’utuntu twayo twose be n’umugero wayo+ wose; ku buryo yamaze imyaka indwi ayubaka.
16 Nuko igikorwa ca Salomo cose kiratungana+, kuva umusi wo gushinga umushinge w’inzu ya Yehova gushika iheze+. Gutyo inzu ya Yehova irarangira+.