ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.

  • 1 Ngoma 17:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nuko abantu bawe Isirayeli ubagira igisata cawe+ gushika igihe kitagira urugero, kandi wewe ubwawe, ewe Yehova, ucika Imana yabo+.

  • 2 Ngoma 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Hiramu umwami wa Tiro+ avuga ubutumwa bwo gushira mu nyandiko hanyuma aburungikira Salomo, ati: “Kubera ko Yehova yakunze+ abantu biwe, yarakugize umwami wo kubaganza+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika