ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.

  • Gusubira mu vyagezwe 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehova na we uno musi aguteye kuvuga ko uzocika igisata ciwe, inyegu idasanzwe+, nk’uko yabigusezeraniye+, be n’uko uzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose,

  • 1 Samweli 12:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Yehova atazota+ abantu biwe, kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abantu biwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika