2 Ngoma 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bisubiye, abasuku ba Hiramu+ n’abasuku ba Salomo bazanye inzahabu+ bazikuye i Ofiri, bazana n’ibiti vya alugumu+ n’amabuye y’agaciro+.
10 Bisubiye, abasuku ba Hiramu+ n’abasuku ba Salomo bazanye inzahabu+ bazikuye i Ofiri, bazana n’ibiti vya alugumu+ n’amabuye y’agaciro+.