1 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+.
11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+.