2 Ngoma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+. Zaburi 45:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.
18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+.
9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.