1 Abami 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umwami yari afise ku kiyaga umugwi w’imeri w’i Tarushishi+ wari kumwe n’umugwi w’imeri za Hiramu. Rimwe mu myaka itatu, nya mugwi w’imeri w’i Tarushishi waraza uzanye inzahabu+ n’ifeza, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi. 2 Ngoma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+. Zaburi 72:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abami ba Tarushishi n’ab’amazinga+—Bazoriha ikibuguro+.Abami ba Sheba n’aba Seba—Bazoshikana ituro+.
22 Kuko umwami yari afise ku kiyaga umugwi w’imeri w’i Tarushishi+ wari kumwe n’umugwi w’imeri za Hiramu. Rimwe mu myaka itatu, nya mugwi w’imeri w’i Tarushishi waraza uzanye inzahabu+ n’ifeza, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi.
18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+.
10 Abami ba Tarushishi n’ab’amazinga+—Bazoriha ikibuguro+.Abami ba Sheba n’aba Seba—Bazoshikana ituro+.