ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi, ahantu+ Yehova Imana yanyu azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba, ni ho muzozana ivyo ndabategetse vyose, amashikanwa yanyu aturirwa+ be n’ibimazi vyanyu, ivy’icumi vyanyu+ n’intererano+ yo mu kuboko kwanyu, n’amashikanwa yanyu yose y’indagano+ mezameza muzoraganira Yehova.

  • 1 Abami 11:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umuryango umwe+ ni wo uzobandanya kuba uwiwe kubera umusavyi wanje Dawidi+ no kubera Yeruzalemu+, igisagara natoye mu miryango ya Isirayeli yose.

  • Yesaya 60:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika