Gusubira mu vyagezwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+. 1 Abami 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko sinzoshikura ubwami bwose+. Umuryango umwe nzowuha umuhungu wawe, kubera Dawidi umusavyi wanje+ no kubera Yeruzalemu natoye+.” 2 Abami 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yubaka ibicaniro mu nzu ya Yehova+, iyo Yehova yari yaravuze ku biyerekeye ati: “I Yeruzalemu ni ho nzoshira izina ryanje+.” 2 Abami 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’” Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati:
5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+.
13 Ariko sinzoshikura ubwami bwose+. Umuryango umwe nzowuha umuhungu wawe, kubera Dawidi umusavyi wanje+ no kubera Yeruzalemu natoye+.”
4 Yubaka ibicaniro mu nzu ya Yehova+, iyo Yehova yari yaravuze ku biyerekeye ati: “I Yeruzalemu ni ho nzoshira izina ryanje+.”
27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’”