2 Samweli 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ashira rero ibirindiro muri Edomu+. Muri Edomu hose ahashira ibirindiro, maze Abanyedomu bose baba abasuku ba Dawidi+; Yehova yaguma akiza Dawidi aho yaja hose+. 1 Ngoma 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo Abishayi+ mwene Zeruwiya+, asasika Abanyedomu mu Mubande w’Umunyu+, asasika ibihumbi cumi n’umunani. Zaburi 60:akajambo k’intangamarara Bibiliya y’isi nshasha Ku muyobozi, kw’Ilisi ry’Icibutsa. Mikitamu. Ni izaburi ya Dawidi. Ku bwo kwigisha+. Igihe yarwana na Aramu-naharayimu na Aramu-Zoba, Yowabu na we akagaruka agasasika Edomu mu Mubande w’Umunyu, emwe, ibihumbi cumi na bibiri+.
14 Ashira rero ibirindiro muri Edomu+. Muri Edomu hose ahashira ibirindiro, maze Abanyedomu bose baba abasuku ba Dawidi+; Yehova yaguma akiza Dawidi aho yaja hose+.
12 Nayo Abishayi+ mwene Zeruwiya+, asasika Abanyedomu mu Mubande w’Umunyu+, asasika ibihumbi cumi n’umunani.
Ku muyobozi, kw’Ilisi ry’Icibutsa. Mikitamu. Ni izaburi ya Dawidi. Ku bwo kwigisha+. Igihe yarwana na Aramu-naharayimu na Aramu-Zoba, Yowabu na we akagaruka agasasika Edomu mu Mubande w’Umunyu, emwe, ibihumbi cumi na bibiri+.