Imigani 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho. Abaroma 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ntimunebwe ku bikorwa vyanyu+. Mururumbe impwemu+. Mushumbire Yehova+.
29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho.