ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mba naravuze nti: “Nzobashwiragiza+,

      Nzotuma bataba bakivugwa mu bantu buntu*+,”

  • 2 Abami 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.

  • 2 Abami 23:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika