2 Abami 13:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko Yehova abagirira ubuntu n’imbabazi+, asubira kubitwararika kubera isezerano yagiranye na Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+. Ntiyashatse kubahonya, kandi gushika n’ubu ntiyabigije kure yiwe ngo abahebe.
23 Ariko Yehova abagirira ubuntu n’imbabazi+, asubira kubitwararika kubera isezerano yagiranye na Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+. Ntiyashatse kubahonya, kandi gushika n’ubu ntiyabigije kure yiwe ngo abahebe.