ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza.

  • 2 Abami 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mu nyuma haduka ikigoyi gikomeye i Samariya+; maze ehe, barahugariza gushika aho umutwe w’indogobwa+ uba uwuciye ibice mirongo umunani vy’ifeza, ica kane c’ingero ya kabu* y’amavyi+ y’inuma na co kiba igiciye ibice bitanu vy’ifeza.

  • Ezekiyeli 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Na we aca ambwira ati: “Raba, nguhaye ibisheshe vy’amase y’inka mu kibanza c’umwanda mukuru w’abantu wumye, abe ari vyo wotsako umukate wawe.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika