ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mbega Hezekiya+ ntariko arabahendahenda+ kugira ngo abatange mwicwe n’ikigoyi n’inyota, mu kuvuga ngo: “Yehova Imana yacu ubwiwe azoturokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri+”?

  • Yesaya 36:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mugabo Rabushake avuga ati: “Mbega umukama wawe na wewe ni bo umukama wanje yantumyeko kubwira ayo majambo? None ntiyantumye kuri abo bagabo bicaye ku ruhome, kugira barye umwanda wabo mukuru banywe n’umwanda wabo mutoyi hamwe namwe+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika