2 Abami 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi Hezekiya ntatume mwizigira Yehova+, mu kuvuga ngo: “Yehova ntazobura kuturokora+, kandi iki gisagara ntikizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.” 2 Abami 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.” Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”
30 Kandi Hezekiya ntatume mwizigira Yehova+, mu kuvuga ngo: “Yehova ntazobura kuturokora+, kandi iki gisagara ntikizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”