2 Abami 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Rabushake+ ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+? 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+! Zaburi 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Muri Yehova ni ho nahungiye+.Mwubahuka gute kumbwira ngo:“Hungira ku musozi wanyu nk’inyoni+! Zaburi 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yiragije Yehova+. Namukize+!Namurokore, ko yamuhimbaye+!”
19 Rabushake+ ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+?
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!