2 Ngoma 32:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+. Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+. Abafilipi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;
20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+.
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;