ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose.

  • Esiteri 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose+, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba ukugandara+ gukomeye mu Bayuda, n’ukwisonzesha+ n’amarira n’amaborogo. Nuko benshi basanza amagunira+ n’iminyota+ ngo bibabere uburiri.

  • Zaburi 35:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nayo jewe, igihe bari barwaye, icambarwa canje ryari igunira+;

      Nibabarisha ukwisonzesha+,

      Isengesho ryanje rikagaruka ku gikiriza canje+.

  • Zaburi 69:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Natanguye kurira hariko n’ukwisonzesha kwanje+,

      Mugabo vyamviriyemwo iceyi+.

  • Ezekiyeli 27:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bazokwiharanguza kubera wewe+, bakenyere amagunira+, bakuririre badundumiwe mu mutima+, baboroge bimwe bibi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika