ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose+, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba ukugandara+ gukomeye mu Bayuda, n’ukwisonzesha+ n’amarira n’amaborogo. Nuko benshi basanza amagunira+ n’iminyota+ ngo bibabere uburiri.

  • Yesaya 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+.

  • Daniyeli 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika