Yesaya 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni co gituma navuze nti: “Nimunkureko amaso. Ngira nserure umururazi mu kurira+. Yaco mukovya mu kumpoza ku bijanye n’ukunyagwa kw’umukobwa w’abantu banje+.
4 Ni co gituma navuze nti: “Nimunkureko amaso. Ngira nserure umururazi mu kurira+. Yaco mukovya mu kumpoza ku bijanye n’ukunyagwa kw’umukobwa w’abantu banje+.