2 Ngoma 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Gutyo Yehova akiza Hezekiya n’ababa i Yeruzalemu abakuye mu kuboko kwa Senakeribu umwami wa Ashuri+ no mu kuboko kw’abandi bose, hanyuma abaha akaruhuko impande zose+. Yesaya 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze: “Ntimutinye, emwe bantu banje muba i Siyoni+, kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+ kandi akababangurira ikibando nk’uko Misiri yagira+. Yesaya 38:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira iki gisagara+.
22 Gutyo Yehova akiza Hezekiya n’ababa i Yeruzalemu abakuye mu kuboko kwa Senakeribu umwami wa Ashuri+ no mu kuboko kw’abandi bose, hanyuma abaha akaruhuko impande zose+.
24 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze: “Ntimutinye, emwe bantu banje muba i Siyoni+, kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+ kandi akababangurira ikibando nk’uko Misiri yagira+.
6 kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira iki gisagara+.