2 Abami 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ibintu biteye ishishi vy’amahanga+ Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli. 2 Abami 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aguma agendera mu nzira yose se wiwe yari yaragendeyemwo+, kandi abandanya gukorera ibigirwamana vy’umwanda+ se yari yarakoreye, abandanya no kuvyunamira. 3 Yohani 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.
2 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ibintu biteye ishishi vy’amahanga+ Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli.
21 Aguma agendera mu nzira yose se wiwe yari yaragendeyemwo+, kandi abandanya gukorera ibigirwamana vy’umwanda+ se yari yarakoreye, abandanya no kuvyunamira.
11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.