ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati:

  • Yeremiya 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ko warungikiye amakete+ mw’izina ryawe abantu bose bari i Yeruzalemu, na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, n’abaherezi bose, uti:

  • Yeremiya 29:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nuko Zefaniya+ umuherezi atangura gusomera iryo kete mu matwi ya Yeremiya umuhanuzi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika