2 Abami 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be n’abarinzi b’imiryango+ batatu; Yeremiya 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati: Yeremiya 52:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,
18 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be n’abarinzi b’imiryango+ batatu;
21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati:
24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,