1 Ngoma 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Azariya na we avyara Seraya+. Seraya na we avyara Yehozadaki+. Ezira 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+, Yeremiya 52:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,
7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+,
24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,