Yeremiya 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati: Yeremiya 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ko warungikiye amakete+ mw’izina ryawe abantu bose bari i Yeruzalemu, na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, n’abaherezi bose, uti: Yeremiya 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko Zefaniya+ umuherezi atangura gusomera iryo kete mu matwi ya Yeremiya umuhanuzi.
21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati:
25 ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ko warungikiye amakete+ mw’izina ryawe abantu bose bari i Yeruzalemu, na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, n’abaherezi bose, uti: