1 Ngoma 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Azariya na we avyara Seraya+. Seraya na we avyara Yehozadaki+. Ezira 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+,
7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+,