Zaburi 90:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nutume tunezerwa ibihwanye n’imisi waduteje amarushwa+,Imyaka twabonye ivyago+. Yeremiya 52:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko amuvugisha neza, maze ashira intebe yiwe y’ubwami hejuru y’intebe z’ubwami z’abandi bami bari kumwe na we i Babiloni+.
32 Nuko amuvugisha neza, maze ashira intebe yiwe y’ubwami hejuru y’intebe z’ubwami z’abandi bami bari kumwe na we i Babiloni+.