ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Izo nka indwi zinamvye kandi mbi zaduze mu nyuma zazo ni imyaka indwi; nayo ayo mahundo indwi y’intete agaragara, yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, azoba imyaka indwi y’ikigoyi+.

  • 2 Samweli 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Gadi yinjira rero kwa Dawidi hanyuma arabimumenyesha, amubwira+ ati: “Mbega haze kuri wewe imyaka indwi y’ikigoyi mu gihugu cawe+, canke amezi atatu uriko urahunga abarwanizi bawe+, bagukurikirana, canke habe imisi itatu y’ikiza mu gihugu cawe+? Niwiyumvire witonze rero ico nishura uwantumye.”

  • Amosi 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika