ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko ikigoyi kiraduka mu gihugu maze Aburamu amanuka yerekeza mu Misiri kugira abeyo ari kavamahanga+, kuko ikigoyi cari gikaze mu gihugu+.

  • 2 Abami 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Elisha yari yarabwiye wa mugore yari yaragarukaniye umuhungu wiwe ubuzima+ ati: “Haguruka ugende, wewe n’urugo rwawe, maze ubeho uri kavamahanga ahantu hose ushobora kuba uri kavamahanga+; kuko Yehova ahamagaye ikigoyi+, vyongeye kikaba kizomara imyaka indwi mu gihugu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika