ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi nzobwirizwa kuvuna ubwishime bw’inkomezi zanyu, nongere ntume amajuru yanyu amera nk’icuma+, n’isi yanyu nk’umujumpu.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Amajuru yawe yo hejuru y’umutwe wawe azocika nk’ubutare bw’umujumpu, isi iri munsi yawe na yo icike nk’icuma+.

  • 2 Samweli 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.”

  • 1 Abami 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!”

  • Zaburi 105:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko ahamagarira ikigoyi ku gihugu+;

      Avuna inkoni yose yatungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.

  • Ivyakozwe 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Umwe muri bo yitwa Agabo+ arahaguruka, hanyuma yerekana biciye ku mpwemu yuko ikigoyi gikomeye cari kigiye gutera kw’isi yose+; kandi nkako carabaye mu gihe ca Kolode.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika