Abalewi 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+. Yesaya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko, ehe Umukama w’ukuri+, Yehova nyen’ingabo, agira akure muri Yeruzalemu+ no muri Yuda icishimikizo n’ubwegamo, icishimikizo cose c’umukate n’icishimikizo cose c’amazi+, Ezekiyeli 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ehe muri Yeruzalemu ngira mvune inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+; bazobwirizwa kurya umukate ku gipimo kandi bari mu maganya+, banywe amazi ku ngero kandi bari n’ikinya+, Ivyakozwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ikigoyi gitera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe, amakuba akomeye; kandi ba sogokuruza bacu ntibaronka ibiribwa+.
26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.
3 Kuko, ehe Umukama w’ukuri+, Yehova nyen’ingabo, agira akure muri Yeruzalemu+ no muri Yuda icishimikizo n’ubwegamo, icishimikizo cose c’umukate n’icishimikizo cose c’amazi+,
16 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ehe muri Yeruzalemu ngira mvune inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+; bazobwirizwa kurya umukate ku gipimo kandi bari mu maganya+, banywe amazi ku ngero kandi bari n’ikinya+,
11 Mugabo ikigoyi gitera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe, amakuba akomeye; kandi ba sogokuruza bacu ntibaronka ibiribwa+.