ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Mugabo imyaka indwi y’ikigoyi izoza mu nyuma zayo, kandi umusesekara wose wo mu gihugu ca Misiri uzokwibagirwa, ikigoyi kiyogeze koko igihugu+.

  • Itanguriro 41:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 ya myaka indwi y’ikigoyi na yo itangura kuza, nk’uko Yozefu yari yaravuze+. Nuko nya kigoyi kiba mu bihugu vyose, mugabo mu gihugu cose ca Misiri hari umukate+.

  • Itanguriro 42:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko bene Isirayeli bazanana n’abandi bari baje kugura intete, kuko hari ikigoyi mu gihugu ca Kanani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika