Yosuwa 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Urubibe rwabo rwaca i Yezireyeli+ n’i Kesuloti n’i Shunemu+, 1 Abami 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Inyuma y’ivyo, ibi ni vyo vyabaye: hariho umurima w’imizabibu wari uwa Naboti Umuyezireyeli, ukaba wari i Yezireyeli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami wa Samariya. 2 Ngoma 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko uno aragaruka kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere bari bamuteje i Rama*+ igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Azariya*+ mwene Yehoramu+ umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu+ mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye+.
21 Inyuma y’ivyo, ibi ni vyo vyabaye: hariho umurima w’imizabibu wari uwa Naboti Umuyezireyeli, ukaba wari i Yezireyeli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami wa Samariya.
6 Nuko uno aragaruka kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere bari bamuteje i Rama*+ igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Azariya*+ mwene Yehoramu+ umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu+ mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye+.