1 Samweli 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu nyuma Abafilisitiya bakoranira hamwe, baraza maze bashinga ikambi i Shunemu+. Nuko Sauli akoraniriza hamwe Isirayeli yose baraheza bashinga ikambi i Gilibowa+. 1 Abami 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, amaherezo baronka Abishagi+ Umunyashunemukazi+ baraheza bamuzanira umwami. 1 Abami 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we abandanya kuvuga ati: “Ndakwinginze ubwire Salomo umwami (kuko atazokwankira) ngo ampe Abishagi+ Umunyashunemukazi+ ambere umugore.” 2 Abami 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umusi umwe, Elisha aca i Shunemu+, ahari umugore w’umumenyekana, maze uno atangura kumugobera+ ngo arye umukate. Igihe cose yaba ahaciye, yarakeberezayo kugira ngo arye umukate.
4 Mu nyuma Abafilisitiya bakoranira hamwe, baraza maze bashinga ikambi i Shunemu+. Nuko Sauli akoraniriza hamwe Isirayeli yose baraheza bashinga ikambi i Gilibowa+.
3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, amaherezo baronka Abishagi+ Umunyashunemukazi+ baraheza bamuzanira umwami.
17 Na we abandanya kuvuga ati: “Ndakwinginze ubwire Salomo umwami (kuko atazokwankira) ngo ampe Abishagi+ Umunyashunemukazi+ ambere umugore.”
8 Umusi umwe, Elisha aca i Shunemu+, ahari umugore w’umumenyekana, maze uno atangura kumugobera+ ngo arye umukate. Igihe cose yaba ahaciye, yarakeberezayo kugira ngo arye umukate.