ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Urubibe rwabo rwaca i Yezireyeli+ n’i Kesuloti n’i Shunemu+,

  • 1 Abami 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, amaherezo baronka Abishagi+ Umunyashunemukazi+ baraheza bamuzanira umwami.

  • 2 Abami 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umusi umwe, Elisha aca i Shunemu+, ahari umugore w’umumenyekana, maze uno atangura kumugobera+ ngo arye umukate. Igihe cose yaba ahaciye, yarakeberezayo kugira ngo arye umukate.

  • Indirimbo ya Salomo 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Garuka, garuka, Mushulamukazi we! Garuka, garuka, tukwitegereze+!”

      “Ni igiki ga yemwe mwitegereza mu Mushulamukazi+?”

      “Ikintu kimeze nk’intambo y’amakambi abiri!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika