ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze bene Yozefu bavuga bati: “Akarere k’imisozi ntikadukwiye, kandi hari imikogote y’intambara+ ifise ibikeruzo vy’icuma mu Banyakanani bose baba mu gihugu co mu kiyaya co hasi, haba mu bari i Beti-sheyani+ no mu bisagara bihakukira canke mu bari mu kiyaya co hasi ca Yezireyeli+.”

  • Abacamanza 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Maze Midiyani+ yose na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ bakoranira hamwe nk’umuntu umwe+, barajabuka hanyuma bakambika mu kiyaya co hasi ca Yezireyeli+.

  • 1 Abami 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Inyuma y’ivyo, ibi ni vyo vyabaye: hariho umurima w’imizabibu wari uwa Naboti Umuyezireyeli, ukaba wari i Yezireyeli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami wa Samariya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika