ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 36:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi Timuna+ acika incoreke ya Elifazi, umuhungu wa Esawu. Mu nyuma avyarira Elifazi Amaleki+. Abo ni bo bahungu ba Ada, umugore wa Esawu.

  • Kuvayo 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 avuga ati: “Kubera ko hari ukuboko kuriko kurarwanya intebe y’ubwami+ ya Ya*+, Yehova azorwana intambara na Amaleki uva kw’iyaruka uja ku rindi+.”

  • Guharura 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Abonye Amaleki, ashishikara ijambo ryiwe ry’akagani ati+:

      “Amaleki yari uwa mbere mu mahanga+,

      Mugabo iherezo ryiwe mu nyuma rizoba uguhona+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 25:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze Yehova Imana yawe niyamara kukuruhura abansi bawe bose hirya no hino mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, uze uhanagure Amaleki ntibe ikivugwa munsi y’amajuru+. Ntuze wibagire.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika