Imigani 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+. Umusiguzi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+.
6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.
12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+.