ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Agumana na bo mu nzu y’Imana y’ukuri, anyegejwe mu kiringo c’imyaka itandatu+, mu gihe Ataliya yaganza igihugu+ ari umwamikazi+.

  • Zaburi 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ababisha bagendagenda impande zose,

      Kubera yuko ivy’agahomerabunwa bishirwa hejuru mu bana b’abantu+.

  • Yesaya 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo abantu banje, abagabuzi babo b’ibikorwa barahambara, kandi abagore ni bo vy’ukuri babaganza+. Ewe gisata canje, abakuyobora bariko barakwangaza+, kandi inzira y’iminyuro yawe barayivurunganije+.

  • Malaki 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None ubu abita imbere ni bo twita abahirwe+. Vyongeye, abakora ivy’ububisha barubatswe+. Ikigeretseko, baragejeje Imana, ariko baguma bigīra amahoro+.’”

  • 1 Timoteyo 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Sindekurira umugore kwigisha+, canke kugira ubukuru ku mugabo+, ahubwo nacereze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika