2 Ngoma 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ikindi ca gatatu kizoba kiri ku nzu y’umwami+; ikindi ca gatatu na co kw’Irembo ry’Umushinge+; abantu bose bazoba bari mu bigo+ vy’inzu ya Yehova.
5 ikindi ca gatatu kizoba kiri ku nzu y’umwami+; ikindi ca gatatu na co kw’Irembo ry’Umushinge+; abantu bose bazoba bari mu bigo+ vy’inzu ya Yehova.