2 Ngoma 26:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaherezo Uziya aryama hamwe na ba sekuruza; bamuhamba rero hamwe na ba sekuruza biwe, mugabo mw’itongo ryo guhambamwo ry’abami+, kuko bavuga bati: “Ni umunyamibembe.” Nuko Yotamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
23 Amaherezo Uziya aryama hamwe na ba sekuruza; bamuhamba rero hamwe na ba sekuruza biwe, mugabo mw’itongo ryo guhambamwo ry’abami+, kuko bavuga bati: “Ni umunyamibembe.” Nuko Yotamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.