2 Abami 15:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo Azariya aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba hamwe na ba sekuruza biwe mu Gisagara ca Dawidi; nuko Yotamu umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
7 Amaherezo Azariya aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba hamwe na ba sekuruza biwe mu Gisagara ca Dawidi; nuko Yotamu umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.