2 Abami 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, akurikira igicumuro ca Yerobowamu+ mwene Nebati, ico yacumurishije Isirayeli+. Ntiyakevya ngo akivemwo. 2 Abami 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova. Ntiyava mu bicumuro vyose vya Yerobowamu mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+.
2 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, akurikira igicumuro ca Yerobowamu+ mwene Nebati, ico yacumurishije Isirayeli+. Ntiyakevya ngo akivemwo.
24 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova. Ntiyava mu bicumuro vyose vya Yerobowamu mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+.